News

Intumwa z'ishyaka riri ku butegetsi mu Burundi, CNDD FDD, zikubutse mu nama rusange y'ishyaka riri ku butegetsi mu Rwanda, FPR, inama yizihizaga imyaka 35 FPR imanza ishinzwe. Muriyo nama kandi ...
Amaze kwumva uko ikigoyi kirembeje abantu, nko mu ntara ya Hwanghae, kuva mu 2015, yatanguye kuza arabarungikira umuceri n’utundi tubafasha, mu macupa. Ubwa mbere yaba arinko arenga amasezerano ...