Ibicishije mw’itangazo, leta y’Uburundi ivuga ko yaguye mu gahundwe imenye ibivugwa mw’itangazo rya leta y’Urwanda. Leta y’Uburundi ivuga ko amajambo bashira ku gatwe ka Prezida Evariste ...
Dative Uwimana, umwigeme w’imyaka 25 avuka mu ntara ya Kirundo mu buraruko bw’Uburundi, yahawe ako gashimwe kw’igenekerezo rya 28 Munyonyo (11), i Buruseli mu Bubiligi. Ni agashimwe kitwa ...